Rundi
stringlengths
5
496
sentiment
stringclasses
2 values
__index_level_0__
int64
0
373k
Yaciye yereka abariko baramwumviriza ko batandukanye n'inyoni mu kubabaza ati: "None mwebwe ntimuzirusha agaciro?"
Positive
300
uwapfakaye igihe ahamagawe mu izungura;
Negative
301
Ubwoko bwawe burayobejwe, intama zawe ziragiwe nabi..."
Positive
302
imitima yabo bimera nk'umugesa kuri yo,
Positive
303
Ni co gituma muri iki gihe aronsa umushumba w'umwizigirwa ivyo bintu nyene.
Positive
304
Subira urabe ku ntango y'iki canditswe.
Positive
305
abacumuye baheneze bakugarukire.
Positive
306
Uca mw ijuru hagati, Uv' i bwami ku Mana yacu?
Positive
307
Samandari ati: mvuye mu kuzimu guhinda umuyaga!
Negative
308
Ehe raba, nakugize icabona mu makungu,
Positive
309
Ngaho nimurye, mwishime gake kuko
Positive
310
Muri irya misi, Yakobo arahamagaza abana biwe,
Positive
311
Azongarurira mu muco, nanje nzokwihweza ubutungane bwiwe bunezereze.
Positive
312
Kwigisha abana ukuri kw'Imana bisaba ko abavyeyi bamarana umwanya na bo.
Positive
313
Umusore umwe wo muri Brezile yaramaze imyaka myinshi anyinyana n'ivyipfuzo bibi.
Positive
314
Nya mumarayika yavuze ati: "Nta wuri ng'aha, kuko yazuwe."
Positive
315
Woba wibaza ko uyu murongo uvuga ibijanye n'Ubwami bw'Imana?
Negative
316
Hamwe numugambwe yaratwaye nyakwigendera imana imuzigame ahari hose.
Positive
317
Ariko ntiwumve, umwe wese muri bo ni we ategerezwa kuzigama ubwo bucuti bw'agaciro.
Positive
318
Yaciye ababaza ati: 'None ntimwemera abahanuzi?
Negative
319
Baduga mu gicu baja mw'ijuru, abansi babo barorera.
Positive
320
uruvyaro rwabo ruzohangama imbere yawe.
Positive
321
Nk'uko twabibonye, arabereye gutegeka kandi ubutegetsi bwiwe ni bwo bwiza kuruta.
Positive
322
Ntaco ntazokorera abana banje.
Negative
323
Kore ikintu cerekana umutima w'ukwihanura, ntimwibeshe mwibwira mu mitima ngo: 'Turifitiye uwatuvyaye, Ibrahimu.'
Positive
324
Agira ati: "Ni nde muvyeyi muri mwebwe umwana wiwe amusavye ifi, azomuha kumbure inzoka aho kumuha ifi?
Negative
325
Ariko rero, ntidukwiye kwibagira ko "Imana iruta imitima yacu ikaba kandi izi ibintu vyose."
Positive
326
amajambo ibihumbi cumi mu rurimi rutamenyekana."
Negative
327
kandi ikamenya vyose.
Positive
328
Ahubwo nyabuna, 'benshi muri bo bari bagiyeyo bakurikiye Yezu.'
Negative
329
Inzu yawe ntizokwigera iboneka, ntibazoyirondera kandi ntibazoyigana na gato kuko izoba itaboneka mu maso y'ingabo za Shetani.
Negative
330
Umukama avuga ati: " Bose bagize igihugu kimwe, kandi bose basangiye ururimi rumwe; iyi ni yo ntango y'imigambi yabo !
Positive
331
Ngo "Icerekwa ni ikibona, na yo ikibwirwa ni icumva."
Positive
332
Uzogwa kuri iryo buye, azovunagurika;
Negative
333
Imana yacu izorokora abasavyi bayo nk'uko yabigize muri kahise.
Positive
334
aravuga ati: nukuri papa! ntago
Positive
335
Wakabaye wariye ivyamwa vy'igiti nari nakubujije kurya?"
Negative
336
Yari akeneye ihinduka ryo mu mutima wiwe - ihinduka ryo mu buryo bw'impwemu.
Negative
337
Wibaza ko nawe ashobora kukuremesha?
Positive
338
Abava mu bindi bihugu vyose na bo nyene baza mu Misiri ngo basumire kwa Yozefu ingano, kuko amapfa yarushiriza gutera isi yose.
Negative
339
Rāba, nabumbanywe ukugabitanya, mu vyaha ni ho mama yamvyariye.
Negative
340
Kuva kuri Adamu gushika kuri Aburahamu habayeho gusa ibiringo vy'ubuzima bw'abantu bine vyinjiranyemwo.
Negative
341
riti: "Yemwe abemeye mube abarokora idini
Positive
342
Hari ukuntu Ivyanditswe Vyeranda bimeze nk'uwo muganga.
Positive
343
Hakenewe iki kugira ngo tube "abashumba b'ubugororotsi"?
Negative
344
musi wako, zwiro zwe runyararo rwako,
Positive
345
Nuko baragenda mu gisagara barica.
Positive
346
Mweho uko si ko mwamenyeshejwe Kristu, usangwa ari we mwumvise bavuga kandi ari muri we mwigishijwe mu kuri kwa Yezu we nyene.
Positive
347
Kubungabunga abanyagihugu no kutabitiranya n'umwansi;
Positive
348
Bibiliya ntivuga igihe ubugenzi bwabo bwatanguriye.
Negative
349
Umukama ati ntimuzomenya isaha n'umusi.
Negative
350
Boshobora kandi kurazwa ishinga mu buryo bwumvikana n'uko umuhungu wabo canke umukobwa wabo ata bukerebutsi aba afise bwo gutuma umubano uroranirwa."
Negative
351
Ndaronse umuntu ameze nkanje.'
Positive
352
Mukuzuka Kwiwe, Vyerekana yuko Yesu yanesheje urupfu (canke, muyindinsiguro, urupfu ntirufise imbaraga Kuriwe).
Negative
353
Mu kuvuga akoresha ibimenyetso gusa.
Negative
354
Umuhanuzi yaratuburiye kuri iyi minsi, none ubu turabona iriko iragaragazwa.
Positive
355
Igihugu cari kikimukeneye.
Positive
356
Woba ukunda gukoresha amaboko yawe, gukora ibintu canke kubisanura?
Negative
357
Itegeko ry'Imana ryavuga yuko abahanuzi b'ibinyoma be n'abasenga ibigirwamana bari bakwiye kwicwa.
Negative
358
Mu rugo kwa Nowa rero haba abantu umunani.
Negative
359
n'umutungo wabo kimwe n'abana babo.
Positive
360
Yezu yamusezeraniye ati: "Uzoba uri kumwe nanje muri Paradizo."
Positive
361
"Wandonse ga wa mwansi wanje we?"
Negative
362
Duhindanya isura yarwo,
Positive
363
Umwe mu Bisirayeli yari yamubwiye amucokora ati: "Ni nde yakugize umuganwa n'umucamanza kuri twebwe?"
Negative
364
Uwo muhanuzi ntiyari gushobora kwihanganira iciyumviro c'uko izina ry'Imana ryosizwe iceyi iyo ireka uwo mugore w'umutima mwiza kandi w'umwakiranyi akarushiriza kugira umubabaro.
Negative
365
Tuguhay'umukate, Mukama nyen'inganji;
Positive
366
Twari gushobora kumumenya nk'umuntu gusa yagabuyemwo kubiri Ikiyaga Gitukura canke umuntu yahawe ya Mabwirizwa Cumi.
Negative
367
Inzoka ica yishura na mukenyezi iti: " Haba namba, ntimuzopfa !
Negative
368
Haragabwe ibitero vyinshi kw'Ijambo ry'Imana no ku barihinduye bongera bararikwiragiza.
Negative
369
Na yo impera yiwe yamutanze imbere.
Positive
370
Bene wabo na Yezu biyumvira ko yasaze.
Negative
371
"So wo mw'ijuru arazigaburira.
Positive
372
Uvyihaye vyose, ibi nivyo wemerewe gufungura buri munsi:
Positive
373
Kora ikintu cerekana umutima w'ukwihanura, ntimwibeshe mwibwira mu mitima ngo: "Turifitiye uwatuvyaye, Aburahamu."
Positive
374
Yaramwomye inyuma gushika aronse ico yagomba .
Negative
375
None akarorero ka Mariya ntikadufasha kuzirikana ingene twoshira ivyo Imana igomba mu kibanza ca mbere mu buzima bwacu?
Negative
376
Hariho nk'abavukanyi bari imborerwa imbere yo kumenya ukuri, ariko ubu bakaba bafashe ingingo yo kwirinda inzoga.
Negative
377
Imana ikaba yarabwiye abagore b'Intumwa
Negative
378
Abantu basenga Imana nyinshi, ariko Ivyanditswe vyeranda vyigisha ko hari Imana y'ukuri imwe gusa.
Negative
379
Arashobora kubarinda ikintu cose coshobora guhungabanya ukwizera kwabo be n'icizigiro bafise co kubaho ibihe bidahera.
Positive
380
Cumi muri bo bagarukana inkuru mbi.
Negative
381
Muri ico gihe, umwami yari kumwe n'umwamikazi; umwami rero arambaza ati: "Uzoguma mu rugendo imisi ingahe kandi uzogaruka ryari?"
Negative
382
Nimwigaye, kandi mwizere inkuru nziza."
Positive
383
Woba ubona ko kumenyereza abandi bikenewe?
Negative
384
Nka ko, ubuzima bwarabonetse, kandi twarabubonye,
Positive
385
Ehe iyindi mvo: Abavyeyi bawe baripfuza cane kugukingira.
Positive
386
Ni cokimwe na Gehena canke Gehinomu.
Negative
387
Nelson akiri umusore yarifatanije n'umuhari w'ivya politike warwanya Leta
Positive
388
Ivyo niga ku rusengero nta co vyamfasha.
Negative
389
Dushobora kwerekana gute ko dutandukanye na ba Bisirayeli b'intashima bo mu gihe ca Musa, tukerekana ko tudafata nk'ikintu gisanzwe uwo mukate w'igiciro ntangere?
Negative
390
Nya mumarayika yarabibonye aca avuga ati: "Ntutinye, Mariya, kuko wagize ubutoni ku Mana."
Negative
391
Mugabo twebwe twari twemerewe gusohoka igihe cose dushaka.
Negative
392
Ivyo bakoze vyose vyaranditswe kandi naramaze kubishirakw'ikimenyetso c'uguhanwa kwabo.
Positive
393
Ariko muzopfa nk'abantu,
Negative
394
N'unshire kure y'ububeshi no kure y'ijambo ry'ikinyoma,
Positive
395
Ntawe ikibi cahesheje umudali!
Negative
396
Indero iri kune ikaba gutanu.
Positive
397
"Tuzogira irindi hwaniro ryari?"
Negative
398
Yozefu yamwishuye ati: 'Hazohera imyaka indwi mu Misiri hari indya nyinshi, hace hakurikira iyindi myaka indwi hari inzara.
Negative
399